Yohana 14:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yesu aramwishura ati: “Uwunkunda azoshira mu ngiro inyigisho zanje. Data azomukunda, kandi twe na Data tuzoza tubane na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Yesu aramwishura, ati Ni hagira ūnkunda, azokwitondera ijambo ryanje, kandi Data azomukunda, maze tuzoza kuri we, tubane na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |