Yohana 14:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Nuko Yuda (atari Isikariyote) aramubaza ati: “Mwami, ni kuki ushaka kwihishurira twebwe, aho kwihishurira isi?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Yuda (atari Isikaryota), aramubaza, ati Mugenzi, bibaye bite, k’ugira wihishurire twebge, ntiwihishurire ab’ isi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |