Yohana 14:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Umuntu wese yakira amabwirizwa yanje akayashira mu ngiro, ni we ankunda. Kandi uwunkunda Data azomukunda. Nanje nzomukunda ndanamwiyereke.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ūri n’ivyagezwe vyanje akavyitondera, uwo ni we ankunda, kand’ ūnkunda azokundwa na Data, nanje nzomukunda, kandi nzomwihishurira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |