Yohana 14:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 ni we Mpwemu w’ukuri. Isi ntishobora kumwakira, kuko itamubona kandi itamuzi. Ariko mwebwe muramuzi, kuko abana namwe kandi azoba muri mwebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 ni we Mpwemu w’ukuri, uwo ab’ isi badashobora kwākīra, kuko batamubona, kandi batamuzi; mweho muramuzi, kukw abana namwe kand’ azoba muri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |