Yohana 14:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nimube munyizera iyo ndababwiye ko ndi muri Data, Data na we akaba muri jewe; canke na ho, munyizere kubera ibikorwa mwabonye nkora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ni munyizere ko ndi muri Data, na Data ari muri jewe, bibuze, mupfe kwizera kubg’ ibikorwa ubgavyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |