Yohana 13:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Simoni Petero na we ati: “Mwami, nimba ari uko rero ntunyoze ibirenge gusa, unyoze n’ibiganza n’umutwe na vyo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Simoni Petero aramubgira, ati Mugenzi, ntugarukize ku birenge gusa, arik’ ushikane ku maboko no ku mutwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |