Yohana 13:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Simoni Petero aramubaza ati: “Mwami, ugiye kuja he?” Yesu aramwishura ati: “Ntushobora kunkurikira aho ngiye, ariko uzonkurikira hanyuma.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Simoni Petero aramubaza, ati Mugenzi, uja hehe? Yesu aramwishura, at’ Aho nja ntushobora kunkurikira ubu, arik’ uzonkurikira hanyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |