Yohana 13:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Yuda amaze kugenda, Yesu aravuga ati: “Umwana w’Umuntu agira ahabwe icubahiro, kandi n’Imana igira ihabwe icubahiro muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Nukw amaze gusohoka, Yesu aravuga, ati Noneh’ Umwana w’umuntu arashimagijwe, kand’ Imana ishimagirijwe muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Woba wahawe ingabire yo kuvuga? Uvuge nk’aho Imana ari yo iriko ivugira muri wewe. Woba wahawe ingabire yo gufasha abandi, bikorane inkomezi zose Imana itanga. Ivyo bizotuma muri vyose Imana ihabwa icubahiro mw’izina rya Yesu Kristo. Icubahiro cose n’ubushobozi bibe ivy’Imana ubu n’ibihe bidashira! Amen.