Yohana 13:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, agira uruhagarara mu mutima wiwe, maze ashinga intahe avuga ati: “Ndababwire ukuri, umwe muri mwebwe agiye kungurisha.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Yesu avuze ivyo, ahagarika umutima, abivuga avyataguye, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Umwe muri mwebge agira angure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |