Yohana 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ivyo ntiyabivuze abitewe no kubabara aboro, ariko yabitewe n’uko yari umusuma. Ni we yari ajejwe ububiko bw’amahera y’abigishwa, kandi kenshi yarayihako akayakoresha ivyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Arikw ivyo ntiyabivugishijwe no kubabara aboro, n’uko yar’ umwivyi, agendana umupfuko, agasotōra ku bibītswemwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |