Yohana 12:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Jewe sincira urubanza umuntu yumva amajambo yanje ntayashire mu ngiro. Kuko sinaje gucira isi urubanza, ahubwo naje gukiza isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Ariko ni hagira uwumva amajambo yanje, ntayazigame, si jewe ndamucirakw iteka; kuko ntāzanywe no gucirakw iteka isi, ariko nazanywe no gukiza isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |