Yohana 12:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Ariko rero benshi baramwizeye, harimwo na bamwe mu bakuru b’Abayuda. Ariko ntibavyemera ku mugaragaro kubera gutinya ko Abafarisayo babirukana mw’isinagogi; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Yamara no mu bakuru, benshi baramwizeye; ariko kubg’ Abafarisayo ntibāvyatura, kugira ngo boye gucibga mw isinagogi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |