Yohana 12:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 “Uhoraho yabagize impumyi akomantaza imitima yabo, kugira ngo amaso yabo ntabone, n’imitima yabo ntitahure, ngo boye kumpindukirira nanje ngo ndabakize.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 ati Yabahumye amaso, yabakomantaje imitima, Kugira ngo boye kubonesha amaso, no gutahurisha imitima, No guhindukira, Ngo mbakize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |