Yohana 12:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Ibi vyabaye kugira ngo ijambo ry’uwavugishwa n’Imana Yesaya rishike, aho yanditse avuga ati: “Mwami, ni nde yizeye Ubutumwa Bwiza twavuze? Ni ba nde Uhoraho yahishuriye ukuboko kwiwe kw’ubushobozi?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 ngw ijambo ry’uwavugishwa n’Imana Yesaya rishike, ngo, Mwami, ni nde yizeye ico twumvise? Kand’ ukuboko kw’Uhoraho kwahishuriwe nde? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |