Yohana 12:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Naho Yesu yakoreye ibitangaza vyinshi imbere y’abantu, benshi ntibamwizeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Ariko naho yakoreye ibimenyetso bingaho imbere yabo, ntibārushe bamwizera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |