Yohana 12:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Maze Yesu arababwira ati: “Umuco wanje usigaje igihe gito co kubaboneshereza. Nimugendere mu muco bigishoboka, umwijima utarabahwikira. Umuntu wese agendera mu mwijima ntashobora kumenya iyo ariko araja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Yesu arababgira, ati Hasigaye igihe gito umuco ukiri muri mwebge: ni mugende mugifise umuco, umwiza woye kubīriranirako. Ūgenda mu mwiza ntamenya iy’ aja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |