Yohana 12:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ndababwire ukuri, iyo urutete rw’ingano rudatewe mw’ivu ngo rupfe, ruguma ari rumwe gusa. Ariko iyo rutewe rugapfa, bituma rwama izindi ntete nyinshi cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Iy’ agatete k’ingano kataguye mw ivu ngo gapfe, kaguma uko kari konyene; arikw iyo gapfuye, gahunda impeke nyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |