Yohana 12:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ni co gituma abantu benshi barondera iyo ari. Bari bumvise ko yakoze ico gitangaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kandi ni co catumye ishengero rimusanganira, kuko bumvise ko yakoze ico kimenyetso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |