Yohana 12:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Abantu benshi bari kumwe na Yesu igihe yahamagara Lazaro ngo ave mu mva, akamuzura mu bapfuye, babandanije bakwiza inkuru y’ivyo babonye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Nuko rya shengero rimushingira intahe, rimwe ryari kumwe na we hamwe yahamagara Lazaro ngw ave mu mva, akamuzura mu bapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |