Yohana 12:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Maze baca amashami y’ibigazi, baja kumusanganira basemerera bati: “Hozana!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!” “Hahezagirwe Umwami wa Isirayeli.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 bābīra amashami y’ibigazi, baja kumusanganira, barasemerera, bati Hoziyana: hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho, ni we Mwami w’Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |