Yohana 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ku musi ukurikira, abantu benshi bari baje mu misi mikuru ya Pasika bumva ko Yesu ari mu nzira aja i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Bukeye bg’aho, ishengero ryinshi ryari ryaje i Yerusalemu mur’ iyo misi mikuru, bumvise ko Yesu azayo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |