Yohana 11:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Imisi mikuru ya Pasika Abayuda bahimbaza yari yegereje, kandi abantu benshi bava mu mihingo yose y’igihugu bakaja i Yerusalemu kugira ngo bagire umugenzo wo kwihumanura imbere y’uko Pasika ishika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Maze Pasika y’Abayuda yarikw irashika, benshi bava mu misozi, badūga i Yerusalemu, Pasika itarashika, ngo bihumanure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |