Yohana 11:54 - Bibiliya mu Kirundi coroshe54 Ivyo vyatumye Yesu adasubira kugendagenda ku mugaragaro mu Bayuda. Ahubwo yaciye aja mu karere ko hafi y’ubugaragwa, mu gisagara citwa Efurayimu, agumanayo n’abigishwa biwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)54 Maze Yesu ntiyaba akigenda yibonekeza mu Bayuda, arikw avayo, aja mu gihugu kiri hafi y’ubugaragwa mu gisagara citwa Efurayimu, agumanayo n’abigishwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |