Yohana 11:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Nuko umwe muri bo yitwa Kayafa, ari na we yari umuherezi mukuru uwo mwaka, aravuga ati: “Ntimuzi ico muriko muravuga! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Arik’ umwe muri bo, ni Kayafa, yar’ umuherezi mukuru mur’ uwo mwaka, arababgira, ati Mwebge nta co muzi na mba, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |