Yohana 11:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Nuko abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo baca bakoranya inama nkuru y’abatwara ubwoko bw’Abayuda. Barabazanya bati: “Dukore iki? Uwu mugabo ariko akora ibitangaza vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Nukw abaherezi bakuru n’Abafarisayo bakoranya abanyekombe, barababaza, bati Mbega, tugire dute? K’uyu muntu akora ibimenyetso vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |