Yohana 11:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Ivyo vyatumye Abayuda benshi bari baje kugarukira kuri Mariya bizera Yesu, bamaze kubona ivyo akoze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Nuko benshi mur’ abo Bayuda bari baje kwa Mariya, babonye ico Yesu akoze, baramwizera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |