Yohana 11:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Yesu arababwira ati: “Nimukureho ico kibuye.” Ariko Marita, mushiki w’uwapfuye aramubwira ati: “Mwami, honuka cane kuko amazeyo imisi ine!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Yesu aravuga, ati Ni mukūreh’ iryo buye. Marita mushiki w’uwapfuye, aramubgira, ati Mugenzi, ereg’ ubu aramaze kunuka, kw amaze imisi ine. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |