Yohana 11:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Nuko Yesu ashika ku mva akibabaye. Iyo mva yari isenga ryugaje ikibuye kinini. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Yesu yongera kugira ikigumbagumba mu mutima, ashika ku mva; kandi yar’ isenga yugajwe ikibuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |