Yohana 11:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Ariko bamwe baravuga bati: “None ko yakijije ya mpumyi, ntiyari gushobora gukingira Lazaro urupfu?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Ariko bamwe muri bo baravuga, bati Mbeg’ uyo yahumūye amaso y’impumyi, ntiyoshoboye kubuza uyo ngo ntapfe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |