Yohana 11:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Nuko Mariya ashika aho Yesu ari aramubona, aca apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, iyo uja kuba hano, musazanje ntaba yarapfuye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Mariya ashitse aho Yesu ari, amubonye, yikubita imbere y’ibirenge vyiwe, ati Mugenzi, iy’ uba wari hano, musazanje ntaba yāhwereye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |