Yohana 11:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Abayuda bari kumwe na Mariya mu nzu bamuremesha babonye ahagurutse yihuta agaca asohoka, baramukurikira, kuko bibaza ko yoba agiye ku mva kuririrayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Bun’ Abayuda bāri kumwe na Mariya mu nzu bamwirura, babonye avuye hasi n’ingoga, asohotse, baramukurikira, bagira ngw agiye kuririra ku mva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |