18 Betaniya hari hafi y’i Yerusalemu, nko ku birometero bitatu.
18 I Betaniya hāri hafi y’i Yerusalemu nka stadiyo cumi na zitanu.
Maze aca abasiga ngaho, ava mu gisagara aja kurara i Betaniya.
Kuri uwo musi nyene, abigishwa babiri ba Yesu bariko baja mu gisagara citwa Emawusi kiri nko ku birometero cumi na bibiri uvuye i Yerusalemu,
Hariho umuntu yitwa Lazaro yava i Betaniya yari arwaye. Betaniya cari igisagara Mariya na Marita mwene nyina babamwo.
Bamaze gusoza nk’ibirometero bitanu, babona Yesu agendagenda ku mazi yegera ubwato barimwo, maze bagira ubwoba.
Izo nzabibu ziganirwa mu bwato buri inyuma y’igisagara, amaraso yazo araduga gushika ku minwa y’amafarasi, yongera arasanzara gushika nko ku birometero amajana atatu.
Igisagara cari kimeze nka kwadarato, uburebure n’ubwaguke vyarangana. Apimye igisagara asanga gifise nk’ibirometero ibihumbi bibiri n’amajana ane vy’ubwaguke, n’ibirometero ibihumbi bibiri n’amajana ane vy’uburebure.