Yohana 10:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Ariko nimba nkora ibikorwa vya Data, naho mutonyizera jewe, nimwizere ibikorwa nkora, kugira ngo mumenye kandi mutahure ko Data ari muri jewe nanje nkaba muri we.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 ariko ni nabikora, naho jewe mutanyemera, mupfe kwemera ibikorwa, kugira ngo mumenye, mutahure, yuko Data ari muri jewe, nanje nkaba muri Data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |