Yohana 10:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Yesu arabishura ati: “Mbega mu vyagezwe vyanyu, ntihanditswe ko Imana yavuze iti: ‘Navuze ko muri imana’? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Yesu arabishura, ati Mbega ntihanditswe mu vyagezwe vyanyu, ngo Navuze nti Mur’ imana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |