Yohana 10:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Baramwishura bati: “Ntitugomba kugutera amabuye kubera igikorwa ciza, ahubwo tuguhora gutuka Imana; kuko uri umuntu asanzwe, ariko ukigira Imana!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Abayuda baramwishura, bati Ntituguterera amabuye kubg’ igikorwa ciza, ariko n’uko warogose; kuko wewe ur’ umuntu ukīgira Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |