Yohana 10:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ariko abandi bavuga bati: “Aya majambo si ay’umuntu aboshwe n’umudayimoni. Mbega umudayimoni yohumura amaso y’impumyi?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Abandi bat’ Ereg’ ayo majambo si nk’ay’ ūhagazweko na dayimoni: mbega dayimoni arashobora guhumūra amaso y’impumyi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |