Yohana 10:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nta muntu n’umwe ashobora kubunyaka, ndabutanga ari uko ndabishatse. Mfise ubushobozi bwo kubutanga n’ubwo kubwakira gushasha. Iki ni co Data yantegetse gukora.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Nta n’umwe abunyaka, kuko mburekura kubganje: mfise ububasha bgo kuburekura, mfise n’ububasha bgo gusubira kubgābīra. Ico ni co cagezwe nahawe na Data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |