Yohana 10:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Igituma Data ankunda ni uko ntanga ubuzima bwanje kugira ngo nzosubire kubwakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Igituma Data ankunda, n’uko ndekura ubugingo bganje, ngo mpeze nsubire kubgābīra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |