Yohana 10:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ndababwire ukuri, umuntu wese yinjira adaciye mu muryango w’uruhongore rw’intama, ariko akuririra ahandi, uwo ni igisuma kandi ni umwambuzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ūdaca mw irembo ry’urugo rw’intama, arikw akūririra ahandi, uwo aba ar’ igisuma n’umwambuzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |