Yohana 1:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Yongerako ati: “Ndababwire ukuri, muzobona ijuru ryuguruye, abamarayika b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’Umuntu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Arongera aramubgira, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgira yuko muzobona ijuru rikingurutse, kand’ abamarayika b’Imana badūga bamanuka ku Mwana w’umuntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |