Yohana 1:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Umwe muri ba bigishwa babiri bumvise ivyo Yohana yavuze bagaca bakurikira Yesu, yitwa Andereya kandi yavukana na Simoni Petero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Andereya mwene nyina wa Simoni Petero, yar’ umwe mur’ abo babiri bumvise Yohana, bagakurikira Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |