Yohana 1:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Arabishura ati: “Nimuze muhirabire.” Aho hari nk’isaha cumi. Nuko bajana na we, babona aho yatse indaro, baca bamarana na we uwo muhingamo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Arababgira, ati Ni muze muharābe. Nuko baragenda, babona ah’ asembereye, basībira ah’ ari uno musi, hāri nk’isaha cumi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |