Yohana 1:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Nanje ubwanje sinari ndamuzi, ariko uwantumye kubatiza mu mazi ni we yambwiye ati: ‘uwo uzobona Mpwemu yururukirako akamugumako, ni we azobatiza abantu muri Mpwemu Yera.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 kandi jewe sinaribgamumenye, arik’ Uwantumye kubatiza mu mazi, ni we yambariye, at’ Uwo uzobona Mpwemu amanuka aja kuri we, akamugumako, ni we abatiza muri Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |