Yohana 1:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Maze Yohana ashinga intahe avuga ati: “Nabonye Mpwemu Yera amanuka ava mw’ijuru mw’ishusho y’inuma, amugumako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kandi Yohana ashinga intahe, ati Nabonye Mpwemu amanuka ava mw ijuru asa n’inuma, aguma kuri we; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |