Yohana 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Nuko baramubaza bati: “None nimba utari Kristo, ntube Eliya, canke uwuvugishwa n’Imana, ni kuki ubatiza?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 baramubaza, bati Non’ ubatiriza iki, k’utari Kristo, ntube Eliya canke wa muntu avugishwa n’Imana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |