Yohana 1:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 (Yohana yamushingiye intahe aho yasemerera ati: “Uwu ni we navugako igihe navuga nti: ‘Uwuje inyuma yanje aranduta cane kuko yariho jewe ntarabaho.’ ”) အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Yohana amushingira intahe, arasemerera, at’ Uwo ni we navuze, nt’ Ūza inyuma yanje ni we yar’ uwa mbere kuri jewe, kuko yariho ntarabaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |