Yakobo 5:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 mwibuke ibi: uwukuye umunyavyaha mu nzira yiwe y’ubuzimire aba amukijije urupfu kandi atuma ivyaha vyiwe vyinshi biharirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 mumenye yuk’ ūzimuruye umunyavyaha, akamukūra mu nzira yiwe yazimiriyemwo, aba amukirije ubugingo urupfu, kand’ aba apfutse ivyaha vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |