Yakobo 5:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Eliya yari umuntu nka twe. Yasenze yinginga kugira ngo imvura ntigwe, kandi ntiyaguye muri ico gihugu kumara imyaka itatu n’igice. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Eliya yar’ umuntu ameze nkatwe, asaba yinginga ngw imvura ntigwe, imvura imara imyaka itatu n’amezi atandatu itagwa mu gihugu; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |