Yakobo 5:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ikirengeye vyose, bene Data, ntimukarahire ijuru canke isi canke ikintu cose kindi. Ico mukwiye kuvuga ni: “Ego” canke “Oya,” ikirenze ivyo ni ico kubatsindisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ariko bene Data, ikiruta vyose, ntimukarahire: ntimurahire ijuru, cank’ isi, cank’ iyindi ndahiro yose; arikw ijambo ryanyu ribe Ego, ego; Oya, oya; kugira ngo ntimucirwekw iteka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |