Yakobo 4:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Yemwe basambanyi! Ntimuzi ko gukunda ivy’isi ari ukuba umwansi w’Imana? Uwuhisemwo gucudika n’isi aba abaye umwansi w’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Yemwe basambanyi, ntimuzi yuko gucudika n’isi ar’ ukwankana n’Imana? Nuk’ umuntu wese agomba kuba incuti y’isi aba yīgize umwansi w’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |